Isanganya rya bisi muri Espagne
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Abagera kuri 14 bahasize ubuzima

Abantu batari munsi ya 13 baguye mw'isanganya rya bisi yari itwaye abanyehsure b'abanyamahanga.

Iryo sanganya ryabereye kwibarabara rihuza imiji ya Barcelona na Valencia.

Abenshi mu bantu 57 bari muri iyo bus bari abanyehsure bari mu mugambi wa Erasmus wo gukuguza abanyeshure mu ntumbero yo kurahuriranira ubumenyi, abri bagiye mu birori vyabera i Barcelona.