Ikiganiro Click ku buhinga bwa none
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ikiganiro Click kubuhinga bwa none co kuwa gatanu itariki 08/04/2016

Menya vyinshi ku bigezweho mu buhinga bwa none mu kiganiro ca BBC, Click: Huawei ifise telefone nshasha ifise kamera zibiri; Blue Origin ishaka guhingura ibigendajuru bikoreshwa kenshi kugira ingendo za kure mu kirere zizimbuke...