Ubufaransa bwanganije na Swisse

UEFA EURO 2016
Image caption Ubufaransa ni bwo buza imbere mu mugwi A

Mu nkino za Euro 2016, ubufaransa bwanganije n'igihugu ca Suisse 0-0, bikaba vyatumwe Ubufaransa buba ubwa mbere n'amanota 7 mu mugwi A.

Rwari urukino rutoroshe rwahuje Ubufaransa n'Ubuswise ariko urukino ruza kurangira atawinjije uwundi.

Pogba yabonetse cane muri urwo rukino.

Ubu muri uwo mugwi wa A, ubufaransa n'ubwa mbere n'amanota 7, Ubuswisse ubwa kabiri n'amanota 5, Albania 3 hanyuma Roumania 1.