Ihuriro nyarwanda RNC ryacitsemwo ibice
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Theogene Rudasingwa aratanga impamvu zatumye ashinga New RNC

Theogene Rudasingwa arega ahanini abahoze mu gisirikare bari muri RNC bashigikiye Kayumba Nyamwasa, kwitwara nk'ubutegetsi buri mu bundi.