Urashaka kumenya abapfasoni bakomeye muri Afrika?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Urashaka kumenya abapfasoni bakomeye muri Afrika?

Turatanguye kuza turakwereka buri ndwi, abapfasoni bo muri Afrika ukeneye kumenya.

Turakwereka abapfasoni bakwiye kuba intangarugero ku mugabane wa Afrika.

Uyu musi, tukwereka Salma Philips, wo mu buraruko bwa Nigeria, umumenyeshamakuru yaranguje ikompanyi yiwe.