Ibindi bisobanuro vy'intambara ibandanya kuvugwa muri Sudani
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ibindi bisobanuro vy'intambara ibandanya kuvugwa muri Sudani y'epfo

Sudani y'epfo yasubiye kuvugwa cane muri iyi ndwi kubera intambara ihabera.

Ariko kuri bamwe, ntivyabaye igitanganza, kuko si ubwa mbere haba ukurenga ku masezerano.

Irabire iyi Video igira gatatu y'umumenyeshamakuru wa BBC, Tomi Oladipo azi cane ibibera muri ako karere.