Urugendo rwa Hassan: Igice kigira kabiri
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Urugendo rwa Hassan: Igice kigira kabiri

Hassan , yarapfunzwe incuro zibiri zose muri Syria akekwako iperereza.

Aho hose yazira kuvuga icongereza neza.

Yarasinzikarijwe ubuzima ari mw'ibohero agifatwa ubwa mbere, ubwa kabiri apfungirwa mu kibanza ca wenyene, aho yaterwa ubwoba ko bashobora kumuhezayo.