Inkuru ya Hassan: igice ca nyuma
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Inkuru ya Hassan: igice ca nyuma

Mu gice ca gatanu ari co ca nyuma, Hassan yatinze ashika mu Bwongereza, aho yahawe uburenganzira bwo kuhaguma imyaka itanu.

Yamaze amezi atatu mu nzira.