Gutabara abimukira
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Abimukira baj'iBulaya baciye mu mazi baratwarwa akenshi

Abajejwe umutekano ku nkenegra z'Ubutaliyano, bavuga ko ico ari igikorwa ca mbere gikomeye bamaze kubona, aho bamaze kuja incuro zirenga 40 hafi y' inkengera za Libya amaja mu gisagara ca Sabratha.

Urugendo ruva muri Libya, nirwo abenshi bakunda gufata berekeza mu karere ka Balkans.