Ururimi rw'aba Yaaku muri Kenya ngo rurageramiwe
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ururimi rw'aba Yaaku muri Kenya ngo rurageramiwe kuko abaruvuga neza basigaye ari cumi.

Ururimi rw'aba Yaaku muri Kenya ngo rurageramiwe kuko abaruvuga neza basigaye ari cumi gusa kandi b'abakurambere. Ubwoko bw'aba Yaaku buri mu bwa mbere bwa kera cane kw'isi.