Bimeze gute kuva mu maboko ya IS?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Abahunze umuji wa Mosul bashitse mw'ikambi ya Dibaga

Abenshi mu bahunga Mosul bashikira mw'ikambi ya Dibaga, mu bumanuko bwa Irbil.

Abahashika basanga huzuye, abagatondera infashanyo, ariko kuri benshi, babona ko hari impamvu zo kwemera ivyo.