Igihano ku bashoferi barenze amategeko
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Abahumye amaso abandi bahanishwa guhuma

Igipolisi co muri Shenzhen, uretse gutangisha amande agera ku ma yuan 300, n'ukuvuga amadorari 44, gikoresha ubundi buryo budasanzwe bwo guhana abakosheje.

Gitegeka abashoferi bakoze amakosa yo kwats aamtara mare mare kumara amasegonda 60 baraba mu matara y'imodoka.