Mundo Jitihada, yakiniye Etincelles FC
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Mundo Jitihada, yabaye umukinyi rurangiranwa mu Rwanda

Mu rukurikirane rw'ibiganiro vyacu ku bantu bahoze ari ivyamamare mu mupira w'amaguru mu Rwanda, twavuganye na Mungo Jitihada bakunze kwita 'Vigourex".

Mungo Jitihadi yamamaye cane mu mugwi wa Etincelles FC, umwe mu migwi yari akomeye cane mu Rwanda mu myaka ya za 80.

Aganira na Yves Bucyana.