Amatwi y'abantu ahinguwe mu camwa ca pome
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Umuhinga wo muri Amerika yatoye uburyo bwo guhingura amatwi y'abantu

Umuhinga wo muri Amerika yatoye uburyo bwo guhingura amatwi y'abantu, agasimbura ayononekaye canke agacika.