Nyampinga (Miss Rwanda) 2017, Elsa Iradukunda yavuganye na BBC Gahuzamiryango
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Nyampinga (Miss Rwanda) 2017, Elsa Iradukunda yavuganye na BBC Gahuzamiryango

Umviriza ikiganiro Nyampinga (Miss Rwanda) 2017 yagiranye na BBC. Aravuga ku catumye aja mw'ihiganwa, ukuntu ubuzima bwiwe bwahindutse hamwe n'ico yizera gushikako.