Umuririmvyi Mgr Justin Baransananikiye
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Umuririmvyi Mgr Justin Baransananikiye yahora aririmba mu murwi w'igihugu

Muri rwa rukurikirane rw’ibiganiro vy’abaririmvyi ba kera, uyu musi BBC iganira na Mgr Justin Baransananikiye yahoze ari muri Orchestre National, ubu akaba arongoye ishure kaminuza ryigisha umuziki riri ku mugwa mukuru w’intara ya Gitega. Yavuganye na mugenzi wacu Cyriaque Muhawenayo, abanza ku mubwira zimwe mu ndirimbo ziwe.