Guhohotera abirabura mu Buhindi birabandanya
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Umusore w'umunye Nigeria yakubiswe n'umugwi w'Abahindi hafi y'umuji wa Delhi

Umusore w'umunye Nigeria yakubiswe n'umugwi w'Abahindi hafi y'umuji wa Delhi, akavuga ko bamuhoye gusa ko yirabura.