Imvo n'imvano 15/04/2017
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Abakinyi b'Urwanda ba kera begeze he?

Woba wibuka wibuka abakinyi b'ivyamamare wabona mu mupira w'amaguru mu Rwanda nko mu myaka ya 1980-90-2000, ubu ukaba wibaza iyo bagiye n' uko babayeho?

Inyuma y'uruhererekane rw'ibiganiro ku bakinyi bahoze ari ba rurangiranwa bakiri mu Rwanda BBC iherutse kubashikiriza, ubu naho yagendeye bagenzi babo bari hanze y'igihugu.

Biganiye Imvo n'imvano amateka y'umupira w'amaguru mu Rwanda, ndetse n'uko babayeho muri kino gihe.

Muri kino gice ca mbere c'ikiganiro kurikira, Karera Hassan, Desire Mbonabucya, Eugene Murangwa na Kamanzi Michel.