Emmanue Macron yimitswe
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Emmanuel Macron yarahiriye kuyobora Ubufaransa

Uyu muperezida yanditse amateka mu gushika ku ntebe y'Ubufaransa ari muto kurusha abandi bamubanjirije mu myaka amajana abiri irangiye.

Emmanuel Macron yemereye Abafaransa guhundura injunja ry'igihugu ciwe.

Ibindi raba muri iyi video