IS irasugerejwe muri Mosul
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ingabo za Iraq zatanguye kwigina ifatwa rya Mosul

Intambara ziracasutamye muri Mosul, no mu micungararo yaho, ariko ingabo za Iraq zigijeyo abarwanyi ba IS zugurura n'ibibanza vy'amahuriro.

Abakiri bato uyu munsi basubiye kubona ubuzima busanzwe bahozemwo imbere y'intambara