Ikibazo cy'imikorere y'amasengero n'imisigiti mu Rwanda no mu Burundi
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Gukura akajagari mu bibanza vy'amasengesho

Mu Rwanda no mu Burundi ubutegetsi bwahagurukiye kugenzura ibibanza abantu basengeramwo. Mu Rwanda isengero nyinshi zarugawe, aba Islamu basabwa kugenzura ikoresha ry'indagururamajwi. Abo vyega babivugako iki?

Ibindi bisa n’ibi