Islamic State yarakoze genocide

Islamic State yarakoze genocide Uwufise ububasha kw’isanamu AP

rika yavuze ko umuhari wa Islamic State(IS) wagize genocide y'aba Yazidis, abakristu n'aba Islam bo mu bwoko bw'aba Shia.

Umushikiranganji war eta ya Amerika ajejwe imigenderanire yamenyesheje ko IS, yise Daesh, ari " abagize genocidemu kuyimenyesha, mu vyiyumviro no mu bikorwa".

Kerry yavuze kandi ko uwo muhari bakoze ivyaha bikorerwa ikiremwa no kuzimanganya ubwoko.

Yavuze ko Amerika yashitse kuri uwo mwanzuro bishimikije inkuru zegeranijwe zivuye ahantu hatandukanye.