Impunzi za Nigeria 80000 zigiye gucurwa

Cameroun yari imaze kuvuga ko izohinda abanya Nigeria Uwufise ububasha kw’isanamu AFP
Image caption Abanyigihugu ba Nigeria bahungiye Boko haram muri Cameroun

Ibihugu vya Nigeria na Cameroun vyashize igikumu ku masezerano, bumvikanishijwe n'ishirahamwe rijejwe impunzi HCR, avuga ko izo mpunzi zishobora gutaha.

Umuvugizi w'urwego rujejwe ubutabazi muri Nigeria, Sani Datti, yavuze ko uwo mwumvikano uzofasha 'gutahukana abahunze mu gateka kabo' bagasubira mu gihugu.

Abategetsi bari bavuze ko Cameroun iriko ikangishanya kurungika abo ba nya Nigeria abagtaha ku nguvu.