Wales yaraye itsinze Uburusiya muri Euro 2016

North Irlande and Germany Uwufise ububasha kw’isanamu Getty Images
Image caption Ubudagi na Irlande baheruka guhura mu 2005

Wales baraye batsinze Uburusiya 3-0 mu gihe Ubwongereza bwanganije na Slovaquie 0-0.

Uyu musi bitegekanijwe ko haba inkino zine.

Irlande y'Uburaruko barakina n'Ubudagi hanyuma Ukraine ikine na Pologne.

Mu nkino ziza gukurikira, Republika ya Cheque batana mu mitwe na Turkia mu gihe Croatia na bo bahigura na Espagne.