Amakori kuri 'cagura' mu Rwanda
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Usanzwe ugura ivyambarwa bisubira ku masoko vyarambawe?

URwanda rwatangiye gushira mu bikorwa icamezo co gutoza bihanitse impuzu n'inkweto vyambawe bituruka hanze bizwi ku izina rya "Chagua".Ico cemezo ngo gifise intumbero yo gutuma abakoresha chagua bayireka bagakoresha impuzu n'inkweto bikozwe n'inganda zo mu Rwanda.

Aha ni ku isoko rya Biryogo mu muji wa Kigali, ahacururizwa impuzu zizwi nka "chagua"…abacuruzi benshi baribaza ku mibereho yabo mu minsi iza kuza nyuma y'icemezo co kuzamura amakori kuri iyi myambaro. Woba nawe usanzwe ugura impunzu canke ibindi vyambarwa vyakoze?

Iyi ngingo uyivuzeko iki?