Ikigendajuru ca Nasa kigeze hafi ya Jupiter
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ikigendajuru carungitswe na Nasa cageze hafi ya Jupiter

Ikigendajuru carungitswe n'ikigo c'ubushakashatsi bwo mu birere ca leta zunze Ubumwe za Amerika, Nasa, aherekeza ku mubumbe wa Jupiter cageze mu micungararo yawo.

Nta kindi kigendajuru cari bwagere hafi ya Jupiter, kubera imwihswarara yawo ifise ubushobozi bwo kwica ivyuma bidakingiye.

Ariko ico kigendajuru co kirakingiye