Igitero c'umwiyahuzi muri Medina
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Igitero c'umwiyahuzi hafi y'ikibanza ceranda ca Islamu

Ikibanza catewe kiri hafi y' "Umusigiti w'Intumwa", ahashinguwe intumwa Muhammed.

Ico gitero kije mu gihe bitegurira kurangiza ukwezi kw'amapfungo ya Ramazani, arangizwa n'umunsi w'akaruhuko w'Irayidi, Eid al-Fitr.

Gikwiirkiye ibindi bitero vyagabwe hirya no hino kw'isi muri iki kiringo ca Ramazani, ivyo Islamic State yarezwe canke yo nyene yiyitiriye.