Urugendo rwa Netanyahu mu Rwanda
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Umushikiranganji wa mbere wa Israel ari i Kigali

Umushikiranganji wa mbere wa Israel yashitse mu Rwanda mu gitondo c'uyu munsi avuye muri Kenya, akaba yakiriwe i Kigali na perezida Paul Kagame.

Urugendo rwa Benjamin Netanyahu rwahereye muri Uganda ku munsi wa mbere.

Nyuma y'Urwanda, bikavurwa ko ahava yerekeza muri Ethiopia.