I Bruxelles habereye igikorwa gikomeye c'igipolisi

Umutekano wakajijwe i Bruxelles Uwufise ububasha kw’isanamu EPA
Image caption Umurinzi yabonye umuntu yambaye ijaketi ririko intsinga ziteye amakenga

Igipolisi i Bruxelles cafashe umugabo yagirizwa kwambara ijaketi y'igisasu itari nyayo, mu gikorwa catumye kurinda umutekano bikazwa cane.

Abapolisi bakikuje ikibanza co mu muji banugara amabarabara, nyuma y'aho umurinzi aboneye umuntu yambaye ijaketi ririko intsinga ziteye amakenga, kandi muri uwo muji hiriwe ubushuhe bwinshi bwa mbere bumaze kuboneka muri uno mwaka.

Uwo akekwa yabwirijwe gupfukama bamuforeyeko inkoho

Ibindi bisa n’ibi