Simukadi zidasanzwe muri Thailande ku banyamahanga

Abanyamahanga muri Thailande Uwufise ububasha kw’isanamu EPA

Leta ya Thailande yatangaje umugambi wo gutegeka ba mukerarugendo bamara igihe gito mu gihugu gukoresha amakarita adasanzwe ya simukadi akoreshwa muri telefone ngendwa.

Ayo makarita ngo azatuma ubutegetsi bukurikiranira hafi telefone zabo ba mukerarugendo nubwo bwose zaba zifunze.

Urwego rw'igihugu rushinzwe kugenzura itumanaho muri Thailand ryemeje ko uwo mugambi ugomba gushirwa mu bikorwa kandi ruvuga ko ubu atari uburyo bwo kuvogera ubuzima bw'umuntu ku gite cye.

Uwufise ububasha kw’isanamu AP
Image caption Bamukerarugendo ntibabujijwe gukoresha amakarita ya simukadi bavanye iwabo

Ruvuga ko icyo cyemezo kigamije gukumira ibikorwa by'inkozi z'ikibi no kumenya aho abantu bari mu ngorane bari.

Abanyamahanga basanzwe bari muri Thailand bo ntabwo barebwa n'icyo cyemezo kandi n'abanyamahanga bemerewe gukomeza gukoresha amakarita binjira mu gihugu bafite muri telefone zabo.