Ihagarikwa ry'imirwano muri Syria
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ihagarikwa ry'imirwano muri Syria ryubahirijwe

Amakuru ava muri Syria avuga ko ihagarikwa ry'imirwano ryubahirijwe, rikaba ryashitsweko ku mwumvikano hagati y'Uburusiya na Amerika.