Tuk-tuk itwarwa n'izuba
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Tuk-tuk itwarwa n'izuba, imaze kugenda ibirometero 10000.

Tuk-tuk itwarwa n'izuba, imaze kugenda ibirometero 10000 ikoresha inguvu z'izuba gusa, kuva mu Buhindi gushika mu Bwongereza mu ntumbero yo guhimiriza isi gukoresha amasoko ntanganguvu atonona ikirere.