Ukekwaho ibitero bya bombe i New York " ari muri kasho"

Ntibishobora gukina mu cuma cawe
Amasanamu y'uwukekwa guturitsa igisasu i New York, amaze gufatwa ajanywe ka muganga

Ibinyamakuru byo muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika biravuga ko ukekwaho uruhare bw'ibisasu bya bombe i New York, Ahmad Khan Rahami, yatawe muri yombi.

Yafashwe nyuma yo kurasira umupolisi ahitwa Linden muri leta ya New Jersey.

Linden ituranye n'agace ka Elizabeth ahatahuwe ibindi bisasu ku Cyumweru.

Ahmed w'imyaka 28 wavukiye muri Afganistani ariko akaba afite n'ubwenegihugu bwa Amerika, yatangajwe n'urwego rw'iperereza rwa FBI nk'ukekwaho uruhare mu bitero byo ku wa Gatandatu i Manhattan, byakomerekeje abantu 29.

Inzu yari atuyemo i Elizabeth yasantswe n'abapolisi.

Ibindi kuri iyi nkuru