Amatora yo muri Amerika 2016

Obama ahamagarira abirabure gutora Hillary Clinton

Prezida Obama avuga ko kuzoba ari nko kumutuka abirabure nibatatora Hillary Clinton aserukiye umugambwe w'Abademokrate mu matora y'umukuru w'igihugu wa Amerika

Trump: Mexique izishyura urukuta, '100%'

Umukandida w'ishyaka ry'Abarepubulikani muri Amerika, Donald Trump, yatsindagiye ko Mexique izishyura 100% ikiguzi cy'urukuta mu ijambo yavuze ku bimukira.

Trump yemeye ko Obama yavukiye muri Amerika

Donald Trump yiyemereye ubwe ku mugaragaro ku nshuro ya mbere ko Perezida Barack Obama yavukiye muri Amerika.

Hillary Clinton arakomeye

Hillary Clinton afise amagara meza kandi ashobora gukora akazi k’umukuru w’igihugu, nk’uko vyamenyeshejwe n’umuganga wiwe, igihe herekanwa urupapuro rwiwe rwo kwa muganga.

Trump avuga ko Putin ari umutware mwiza gusumba Obama

Donald Trump yashimagije prezida w’Uburusiya Vladimir Putin, igihe be n’uwo bahanganye mu matora Hillary Clinton bakira ibibazo vy’abasirikare bakukurutse.

Hillary Clinton yashimiye abamushigikiye

Hillary Clinton yashimiye abamushigikiye ko bamufashije gushika ku kwemerwa nk'umukandida azoseruka aba Democrates mu matora y'umukuru w'igihugu.

Donald Trump yahatswe kwicwa

Umugabo umwe wo mu Bwongereza yagirizwa kwiba inkoho umupolisi igihe Donald Trump yariko ariyamamaza, yavuse ko yashaka kumurasa

Trump: Imyiyamamazo yanje ihagaze neza

Donald Trump yitoza mu kibanza ca prezida wa Amerika, avuga ko mu mugambwe wiwe ata ngorane ziriyo, mu gihe hari abavuga ko bacanyemwo

Sanders: Umupfasoni Clinton ategerezwa kuba prezida

Bernie Sanders yasavye abademokrate gutora umupfasoni Hillary Clinton ngo abe prezida wa Amerika