Imigwi itandukanye irahiganirwa kuja mu gikombe c'isi

Umugwi w'ubudagi ni wo watahukanye igikombe giheruka co 2014
Image caption Umugwi w'ubudagi ni wo watahukanye igikombe giheruka co 2014

Uyu musi ibihugu bitandukanye birahurira mu nkino zo guhiganirwa kuja mw’ihiganwa ry’igikombe c’isi mu 2018, zizobera mu Burusiya.

Mu bihugu biza guhura, harimwo:

Autriche – Ecosse

Kosovo – Croatia

Irlande – Georgia

Liechtenstein - Albania.

Macedonia - Israel.

Iceland - Finland.

Turkey - Ukraine.

Urukino rukomeye ruza guhuza Ubutaliyano bwatwaye ico gikombe mu 2006 na Espagne cagitwaye mu 2010.