Amashengero y'abakirisu abona ate Donald Trump
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Abakirisu ba Virginia babwiye BBC uko babona Trump

Muri Leta zunze Ubumwe za Amerika bimenyerewe ko mashengero rukirisu akunze gushigikira aba kandida b'aba Repubulikani mu matora.

None iyo nyifato yoba yarahindutse uravye ivyo uwurondera kwitoza kw' izina ry'uyu mugambwe Donald Trump yagirizwa bijanye no gufata nabi abagore?

BBC yagendeye Virginia kugirango yihweze uko vyifashe.