Ikibazo ca emails za H. Clinton congeye kuvugwa
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Hillary Clinton arashaka ko ibiri muri emails ziwe bimenyekana

Ikibazo co gukoresha mu kazi adresse email ya Hillary Clinton itari iyo akazi, congeye kuvyurwa n'itohoza ku wahoze ari umugabo w'umukozi wa Hillary Clinton, Huma Abedin, uwo nawe akaba ari umushingamateka Anthony Weiner.

Umuyobozi wa FBI, James Comey, yavuze ko FBI itaramenya nimba izo emails zirimwo amabanga y'igihugu.