Amatora muri Amerika: Uko vyagenze isaha ku yindi

Guharura amajwi vyatanguye muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika Uwufise ububasha kw’isanamu PA
Image caption Guharura amajwi vyatanguye muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika

Kurikirana umunota ku wundi uko igikorwa co guharura amajwi kiriko kiragenda muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika, hamwe n'ibindi bihabera.

Guharura amajwi vyatanguye muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika, uku niko amajwi ariko araza, hamwe n'ibindi biriko biraba umwanya ku wundi.

Amasaha yose ni mpuzamakungu (GMT)

07:56. Donald Trump atsinze amatora y'umukuru w'igihugu wa leta Zunze Ubumwe za Amerika, nyuma yo guhamagarwa na Hillary Clinton akemera ko yatsinzwe

Image caption Donald Trump abaye umukuru w'igihugu wa Amerika agira 45

05:29. Clinton atsinze intara yarwanirwa ya Nevada.

Image caption Hillary Clinton atsinze Nevada

04:32. Trump atsinze intara yarwanirwa ya Florida

Image caption Trump atsinze Florida

04:07. Trump atsinze Carolina ya ruguru

Image caption Trump atsinze intara yarwanirwa ya Carolina ya rugugu kuri 51% ku 46%

03:41. Cliton yegukanye intara yarwanirwa ya Colorado

Image caption Clinton atsinze Colorado ku majwi 49% kuri 44% ya Trump

03:33. Clinton atsinze Virginia

Image caption Clinton atsinze intara ikomeye yarwanirwa ya Virginia ku mwajwi 48% ku 47% ya Trump

03:28. Trump atsinze Ohio

Image caption Donald Trump atsinze Ohio ku mwajwi 54% kuri 42% ya Hillary Clinton

03:03. Ibiro vy'amatora vyugwe:

Iowa

Nevada

Montana

Utah

02:30. Aha ni ahandi ibiro vy'amatora vyugaye:

Colorado

Wisconsin

Nebraska (district ya kabiri)

Minnesota

Arizona

Michigan

New Mexico

Texas

Nebraska (district ya mbere)

Louisiana

South Dakota

North Dakota

Kansas

Nebraska (district ya gagatu)

Nebraska PV

New York

Wyoming

hugaye 01:30

Arkansas - TRUMP

hugaye 01:00

02:13. Clinton afise 104; Trump afise 129; hanewe 270 kugira utsinde.

01:44. Aba Republicains vyitezwe ko bagumana ubwinshi mu nama nshingamateka

01:19. Ibiro vy'amatora vy'ugaye aha hakurikira: Alabama

Connecticut

Delaware - CLINTON

Florida

Illinois - CLINTON

Maine -

Maryland - CLINTON

Massachusetts

Mississippi - TRUMP

Missouri

New Hampshire

New Jersey - CLINTON

Oklahoma - TRUMP

Pennsylvania

Rhode Island - CLINTON

Tennessee

Washington DC - CLINTON

01:08. Trump Vyitezwe ko atsinda amajwi y'intara yose 6 ya Mississippi; Clinton Vyitezwe ko atsindira aya Illinois yose 20 n'aya Maryland 10

00:33. Trump atsinze West Virginia

00:29. Ibiro vy'itora muri leta ya California vyugawe kubera ukurasana kwahabereye

00:28. Ku bimaze kumenyekana, Clinton afise 3; Trump afise 19; hakenewe 270 kugira utsinde.

Ibindi bisa n’ibi