Inkomezi z'ifoto ya Iesha Evans
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ifoto ya Iesha Evans yamamaye kw'isi mu myiyerekano

Ifoto ya Iesha Evans yakoreshejwe cane mu gihe c'imyiyerekano bise 'Black Lives Matter', yafashwe igihe yari mu myirekano muri Baton Rouge.

Yari mu biyamiriza igipolisi cari kimaze iminsi cikwirikiranya kwica abagabo b'abirabure badafise ikirwanisho.

Mu rukurikirane rw'isekeza ry'ibiganiro vyerekeye abagore kuri BBC, Ieshia Evans aravuga inkuru y' iyo foto yabaye rurangiranwa mu guhanahanwa kw'isi.