Patiri Nahimana ntarashika mu Rwanda
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Patiri Thomas Nahimana n'abo bari kumwe bagomye Nairobi

Patiri Thomas Nahimana n'abo bavanye i Paris mu Bufaransa ejo ku munsi wa kabiri, mu ntumbero yo kuja kwitegurira amatora yo mu mwaka uza mu Rwanda, ntibabaye bacemeregwa gushika mu Rwanda.

Abo banye politike bankiwe kwurira indege iva i Nairobi ija mu Rwnada kuri uyu wa gatatu inyuma y'umutaga.