Ubuzima bwa Fidel Castro muri make
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ivyaranze ubuzima bwa Fidel Castro muri video ngufi.

Fidel Castro, yahoze ari perezida wa Cuba, yaraye aryamiye ukuboko kw'abagabo afise imyaka 90.

Muri ino video ngufi, turasubiza amaso inyuma ku vyaranze ubutegetsi bw'uyu mugabo bamwe bita umunyagitugu, abandi bakamwita imboneza yabayoboye mw' ihinduramatwara.