Imvo n'imvano 26/11/2016
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ivyiyumviro ku kiganiro c'umwami Kigeli V

Imvo n'imvano yo kuri uyu wa 26/11/2016, yahaye ijambo abanywanyi bifuza gushikiriza ivyiyumviro ku kiganiro c'ubushize.

Ikiganiro c'ubushize cari ico kwihweza icoba catumye n'ubu atangingo irafatwa yo gutabariza umwami wa nyuma w'Urwanda Kigeli wa V Ndahindugwa, n'aho azotabarizwa hataramenyekana.