Abagore bo muri Afrika ukwiye kumenya
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Nifuza kuzoba umutegetsi ntarakwiza imyaka 35

Phyllis Wagiaga n'umwe mu bagore BBC yatoranije mu rukwirikirane rw'ibiganiro 'Power Women', biraba abagore bateye imbere mu mabanga barimwo mu kazi.

Uyu mukenyezi wo muri Kenya, afise uruhara rukomeye mu guhuriza hamwe ibikorwa vy'abagwizatunga.