Ubutunzi bwa Ghana
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ubutunzi bwa Ghana ubu bwifashe gute?

Gushika mu bihe vya vuba, Ghana, igihugu cimirije amatora mu ndwi iza, cari mu vya mbere muri Afrika, ariko ubu ico gihugu kiriko gica mu bihe bitoroshe.

Amadeni y'umurengera (Ikigega mpuzamakungu FMI kimenyesha ko urugero rwo kwiyongera kw'ubutunzi bwa Ghana uyu mwaka ruzoba ruri hasi kuruta uko vyigeze mu myaka 22 iheze).

Ifaranga rya Ghana naryo rikomeza gutakaza agaciro (ku rugero rwa 18%) kandi abantu mu gihugu cose baramaze kugegwako n'ingaruka zavyo.

Muri ico gihugu bimirije amatora mu ndwi iza.