Bifatwa gute kubura uruvyaro ku mugore?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Kuganira ku bagore bubatse bakabura uruvyaro.

Nina Steele, n'umwe mu bakenyezi bo muri Afrika bakoze ibikogwa bishimwa na benshi, bari mu rukurikirane rwa BBC.

YIkibazo co kubura uruvyaro, n'ubwo coba kitarutse ku mugore akenshi usanga gitukwa bo.

Abahisemwo kutavyara, nabo bafatwa nk'ibicibwa mu kibano, hari n'abahohoterwa kubera ivyo.

Ku kiganira ko navyo nyene usanga bitoroshe, ariko Nina Steele yashizeho urubuga ruha akaryo abavyifuza, ko kugihanahana ko ivyiyumviro.

Mwumve.