Minisitri w'intebe w'Ubutaliyani yeguye
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Minisitri w'intebe w'Ubutaliyani yeguye

Ministri w'intebe w'Ubutaliyani Matteo Renzi yeguye nyuma yaho gahunda ze zo kuvugura itegeko nshinga zanzwe n'abaturage mu matora ya kamarampaka yabaye ejo ku cyumweru.