Indamutso zidasanzwe muri Cameroon

Pierre Ismael Bidoung Mpkatt ariko araramutsa prezida Paul Biya Uwufise ububasha kw’isanamu Twitter / @PaolaAudrey
Image caption Pierre Ismael Bidoung Mpkatt ariko araramutsa prezida Paul Biya

Kuva umushikiranganji w'inkino wa Cameroon Pierre Ismael Bidoung Mpkatt yunamye cane ariko araramutsa prezida w'ico gihugu Paul Biya, izo foto zakwiye hose ku mbuga ngurukanabumenyi.

Abantu bo mu gihugu ca Cameroon baguma bigana izo foto mbere bakanazihindura.

Uwufise ububasha kw’isanamu Twitter / @afrik2_radio
Image caption Indamutso idasanzwe muri Cameroon

Hari n'abandi bahinduye iyo ndamutso

Uwufise ububasha kw’isanamu Twitter / @CheyssonY
Image caption Indamutso idasanzwe muri Cameroon

Uyu na we yunamye gushika hasi

Uwufise ububasha kw’isanamu Twitter / @waldrigue
Image caption Indamutso idasanzwe muri Cameroon

Uyu na we yemeye kumanuka gushika hasi

Uwufise ububasha kw’isanamu Twitter / @zebstatou
Image caption Indamutso idasanzwe muri Cameroon

N'ibikoko vyagiyemwo

Uwufise ububasha kw’isanamu Twitter / @zebstatou
Image caption Indamutso idasanzwe muri Cameroon

Iyi na yo wayibonye?

Uwufise ububasha kw’isanamu Twitter / @Enn_Cee_Kay
Image caption Indamutso idasanzwe muri Cameroon

N'iyi mpene raba, ifotoyayo yashizwe kuri facebook.

Uwufise ububasha kw’isanamu Facebook / CulturEbene
Image caption Indamutso idasanzwe muri Cameroon

Ibindi bisa n’ibi