Igihuhusi Nina mu mazinga ya Philippines

Igihuhusi NIna muri Philippines Uwufise ububasha kw’isanamu BBC Sport
Image caption Igihuhusi Nina gishobora kwonona inyubakwa n' imirima

Hari ubwoba ko umuyaga w'igihuhusi uriko uraca muri Philippines, ushobora kwizizira uturere turimwo abantu benshi mu mugwa mukuru Manila.

Abanyagihugu barenga 100 000 bari mu karere umuyaga w'igihuhusi Nina ushobora gucamwo bari bananye kuva mu mihana, bariko barimugwa.

Abandi baharugwa mu bihumbi bariko baraja mu biruhuko vya Noweli babuze amayira kubera ico gihuhusi, kubera ingendo z'amato n'indege zasibijwe.

Abategetsi baravuga ko inyubakwa n'imirima bishobora kwononekara kubera ico gihuhusi.