Uribuka indirimbo za George Michael?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Iyibutse zimwe mu ndirimbo z'umuhisi George Michael

George Michael yasohoye album imiliyoni 100 mu myaka 40.

Yatanguye kuba rurangiranwa ari kumwe n'uwo bigana Ridgeley mu murwi w'abantu babiri (duo) Wham!

Yarashizwe ku rutonde rwa mbere mu biririmbana incuro zine mu Bwongereza.

Umviriza tumwe mu duce tw' indiirmbo ziwe zabaye ruran giranwa.