Melbourne: umudereva yishe bane abahonyanze n'imodoka

bakomeretse

Igipolisi kivuga ko umushoferi yari afise mu modoka umugore yagize ingwati Uwufise ububasha kw’isanamu Reuters
Image caption Igipolisi kivuga ko umushoferi yari afise mu modoka umugore yagize ingwati

Abantu 29 bakomeretse, muribo harimwo uruyoya ruremvye cane inyuma yaho iyo modoka isekeye agapusipusi rwarimwo.

Igipolisi kivuga ko casetse iyo modoka, kirasa umudereva ku kuboko munyuma kiramufata.

Kivuga ko iryo sanganya ata sano rifitaniye n'iterabwoba.

They say the incident was not terror-related, but is believed to be linked to a stabbing in the south east of Melbourne early on Friday.

Iyo modoka yinjiye mu banyagihugu ku ibarabara ryitwa Bourke St Mall, rigwiriyemwo abaje gusuma, imbere ya sa munani.